Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 12:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 kuko batashobora kwihanganira itegeko Imana yatanze iti: “Ikintu cose kizokwegera uwu musozi, naho coba igitungwa, kize cicishwe amabuye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 kuko batābashije ivyagezwe, ngo Naho coba igitungwa gikoze kur’ uwo musozi bacicishe amabuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 12:20
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko ngerageje gukurikiza ivyagezwe, birantsindisha. None rero, ku bijanye n’ivyagezwe, narapfuye, kugira ngo mbeho nkorera Imana. Nabambanywe na Kristo,


Ariko abizeye ko bazokizwa n’ivyagezwe bari musi y’umuvumo, kuko handitswe ngo: “Aravumwe umuntu adakurikiza ivyanditswe vyose mu gitabu c’ivyagezwe.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ