Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 12:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Murazi ko mu nyuma yarondeye kwakira umuhezagiro wa se, ariko akirukanwa. Naho yawuronderanye amarira, ntivyakunze ko se ahindura iciyumviro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Kuko muzi yuko hanyuma, hamwe yagomba kuragwa umugisha, atemerewe, kukw atābonye uburyo bgo kwihana, naho yawurondera cane arira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 12:17
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko, nzobishura nti: ‘Nta ho nigeze ndabamenya. Mva i ruhande mwa nkozi z’ibibi mwe!’


Ariko umurima umera amahwa n’ibitovu nta co uba umaze, uba uri hafi kuvumwa, kandi amaherezo yawo ni uguturirwa.


Ntimukihorane canke ngo mwishure uwubatutse. Ahubwo mubahezagire kuko ico ari co Imana yabahamagariye gukora ngo namwe muragwe umuhezagiro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ