Abaheburayo 12:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ntihakagire n’umwe muri mwebwe aba umushakanyi canke atubaha Imana nka Esawu yagurishije kuba samuragwa kwiwe, akagukaba isahani imwe y’ivyokurya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 ntihabeh’ umushakanyi, cank’ igihumane nka Esau, yagurānye ivyo kuba samuragwa kwiwe ingaburo imwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |