Abaheburayo 12:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Mwitaneho kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe ananirwa ntashikire ubuntu bw’Imana. Mwirinde ntihakagire n’umwe muri mwebwe amera nk’umuzi urura hagati yanyu agatera uruhagarara, agatuma benshi bononekara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 mwizigame, ntihagire umuntu adashikīra ubuntu bg’Imana, kandi ntihagire umuzi wo kurura umera, ukabahagarika imitima, abenshi bakāndura, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |