Abaheburayo 12:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Mu gihe co guhanwa, nta muntu n’umwe anezerezwa n’igihano, kuko kirababaza. Ariko mu nyuma, abaciye muri ukwo guhabwa indero bimbura ivyamwa vy’amahoro no kugororoka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Nta gikāngīro kiboneka ko giteye umunezero ako kanya, atar’ umubabaro, ariko hanyuma abamenyerejwe na co kibāmira imbuto zizana amahoro zo kugororoka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |