Abaheburayo 12:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ba data baduhanye igihe gito, nk’uko biyumvira ko bikenewe. Ariko Imana ibikora ku neza yacu, kugira ngo dusangire na yo ukwera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kuko ba bandi bādukāngīra imisi mike nk’uko bāgomba, ariko we adukāngīrira ikigira ikimazi, kugira ngo dusangire na we ukwera kwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |