Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 11:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ashitse muri ico gihugu Imana yamusezeraniye, yahabaye mu kwizera, kuko yari nk’umunyamahanga. Yaba mu mahema, kandi na Isaka na Yakobo, abaragwa b’iryo sezerano, na bo vyabagendeye uko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ukwizera ni kwo kwatumye aba inyambukīra mu gihugu yasezeraniwe, nk’ikitar’ iciwe, akabana mu mahema na Isaka na Yakobo, abāraganywe na we ivyo vyasezeranywe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 11:9
22 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana na yo yakoresheje indahiro, kugira ngo abahawe isezerano bamenye badakekeranya ko idashobora guhindura ico yavuze.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ