Abaheburayo 11:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu yumvira Imana igihe yamuhamagara ngo ave mu gihugu ciwe aje mu kindi yari igiye kumuha ngo kibe iciwe. Yavuye mu gihugu ciwe atazi iyo agiye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu yumvira Imana imuhamagaye, akaja ahantu yar’ abīkiwe kuragwa: nukw agenda, atazi iy’ aja. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |