Abaheburayo 11:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Kandi ata kwizera, ntibishoboka ko umuntu ahimbara Imana. Umuntu wese ashaka kwegera Imana, ategerezwa kwizera ko iriho kandi ko iha impera abayirondera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 kand’ ūtizera ntibishoboka kw ayihimbara; kuk’ uwēgēra Imana akwiye kwizera yukw iriho, igaha impēra abayirondera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |