Abaheburayo 11:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ukwizera ni kwo kwatumye Enoki ajanwa mw’ijuru atabanje gupfa. Yarazimanganye abantu baramubura, kuko Imana yamujanye. Imbere yo kujanwa, yari azwi nk’umuntu ahimbara Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ukwizera ni kwo kwatumye Henoki ajanwa mw ijuru, ngo ntabone urupfu, kandi ntiyaboneka, kukw Imana yamujanye. Kuko yashingiwe intahe atarajanwa yuko yahimbaye Imana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |