Abaheburayo 11:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 bazimya imbeya z’umuriro, kandi bakira kwicishwa inkota. Intege nke zabo zahindutse inkomezi; babaye abahizi ku rugamba bashwiragiza ingabo z’abanyamahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 no kuzimya ubukare bg’umuriro, no gukira ubugi bg’inkota, no guhindurwa mu ntege nke ngo zicike inkomezi, no kuba agahebuza mu ntambara, no kunesha ingabo z’abanyamahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |