Abaheburayo 11:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Ukwizera ni kwo kwatumye Rahabu, wa mumaraya, adapfana n’abagararije Imana, kuko yakiranye umutima mwiza abatasi b’Abisirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Ukwizera ni kwo kwatumye Rahabu, maraya, ataranduranwa n’abatumviye Imana, kuko yākīranye amahoro abaje gutata. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |