Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 11:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Ukwizera ni kwo kwatumye Abisirayeli baca mu Kiyaga Gitukura nk’abagendera kw’isi yumye. Ariko Abanyegiputa bagerageje kubakurikira, bose barengewe n’amazi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Ukwizera ni kwo kwatumye baca mu Kiyaga Gitukura, nk’abaca ku musozi, arikw Abanyegiputa babigejeje, bararengerwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 11:29
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ