Abaheburayo 11:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Ukwizera ni kwo kwatumye ava muri Egiputa, ntiyatinya ishavu ry’umwami. Yarashikamye arabandanya, nk’uwubona ivyo abandi batabona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Ukwizera ni kwo kwatumye ava muri Egiputa, ntiyatinya uburake bg’umwami, kuko yashikamye nk’ah’ abona Ītaboneka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |