Abaheburayo 11:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Yiyumvira ko ari ivy’igiciro kubabazwa ku bwa Kristo kurusha kugira ubutunzi bwo muri Egiputa, kuko yari ahanze amaso impera yiwe muri kazoza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 kuko yiyumviriye yuko gucokoranwa na Kristo ar’ ubutunzi burengeye itunga ryo muri Egiputa, kuko yatumbera ingero azogererwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |