Abaheburayo 11:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Yahisemwo kubabazanywa n’ubwoko bw’Imana abirutisha kunezerererwa ibihimbaro vy’icaha vy’akanya gato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 agahitamwo kugiriranwa nabi n’abantu b’Imana, abirutisha kumara igihe mu bihimbaro vy’ivyaha; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |