Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 11:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Ukwizera ni kwo kwatumye abavyeyi ba Mose bamunyegeza amezi atatu amaze kuvuka, kuko babonye ko ari umwana adasanzwe, ntibatinya kurenga itegeko ry’umwami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ukwizera ni kwo kwatumye Mose, amaze kuvuka, anyegezwa n’abavyeyi biwe amezi atatu, kuko babonye kw ar’ akana keza, ntibatinya ibgirizwa ry’umwami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 11:23
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimugatinye abashobora kwica umubiri ariko badashobora kwica ubugingo. Ahubwo, mutinye Imana, yo ishobora guhonya ubugingo n’umubiri, ikabita muri Gehinomu.


Ico gihe ni ho Mose yavuka, avuka ari umwana adasanzwe imbere y’Imana. Nuko arererwa mu muryango wiwe gushika ashikanye amezi atatu.


Ni co gituma tuvuga ata bwoba tuti: “Uhoraho ni we mutabazi wanje; sinzotinya. None abantu buntu bongira iki?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ