Abaheburayo 11:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ukwizera ni kwo kwatumye Yosefu, igihe yagira apfe, avuga ko Abisirayeli bazova muri Egiputa, maze akababwira uko bari bakwiye kugenza amagufa yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ukwizera ni kwo kwatumye Yosefu, aho yagira apfe, avuga ivyo kuvayo kw’ Abisirayeli, akagera ivy’ amagufa yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |