Abaheburayo 11:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ukwizera ni kwo kwatumye Yakobo, igihe yari ashaje cane kandi agira apfe, ahezagira abahungu ba Yosefu, maze akunama agasenga Imana yishimikije inkoni yitwaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ukwizera ni kwo kwatumye Yakobo, aho yagira acīkāne, ahezagira abana ba Yosefu bompi, agasenga yishimikije ipfundo ry’inkoni yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |