Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 11:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Aburahamu yiyumvira ko Imana ishobora kuzura Isaka, kandi mu buryo ngereranyo, yasubijwe Isaka nk’uwuvuye mu rupfu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 kuko yishimiye yukw Imana ishobora no kuzura abapfuye, ni co catumye amugarurirwa nk’ūzutse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 11:19
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko ndababwira ko ku musi w’imanza, umuntu wese azobazwa ijambo ryose ritagira ikimazi yavuze.


Ashitse mu nzu, za mpumyi ziramwegera; hanyuma arazibaza ati: “Murizeye ko nobahumura?” Ziti: “Egome Mwami, turavyizeye.”


Yamara kuva mu gihe ca Adamu gushika mu gihe ca Mose, abantu bagumye bapfa, mbere n’abatarenze ku cagezwe bahawe n’Imana nka Adamu barapfuye. Uwo Adamu yari ishusho ya Kristo, uwari agiye kuza.


Nuko rero iyishobora gukora ibirengeye cane ivyo dusaba canke twiyumvira, nk’uko ubushobozi bwayo bukorera muri twebwe buri,


Kuko Kristo atinjiye Ahera h’Ahera hubatswe n’amaboko y’abantu, na kare ihema ryubatswe n’abantu ryari ikigereranyo c’ihema nyakuri riri mw’ijuru. Ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaryo kugira ngo aduserukire imbere y’Imana.


Iki ni ikigereranyo cerekana igihe c’ubu. Kuko amashikanwa n’ibimazi abaherezi bashikanira Imana, ntivyashobora gutunganya imitima y’abaje kuyisenga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ