Abaheburayo 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu atanga Isaka nk’ikimazi igihe Imana yariko iramugeza. Aburahamu, uwari yarakiriye amasezerano y’Imana, yari yiteguye gutanga Isaka, umwana wiwe w’ikinege nk’ikimazi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu atanga Isaka kw ikimazi, hamwe yagezwa: mber’ uwari yarākīranye igishika amasezerano, yarikw aratanga kw ikimazi umwana wiwe w’ikinege, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |