Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 11:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Abantu bavuga nk’uku baba berekana neza ko barondera igihugu cabo bwite.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Abavuga bartyo baba berekana yuko barondera igihugu cabo bgite.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 11:14
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

None rero ntiduhanga amaso ku biboneka vy’ab’iki gihe, ariko tuyahanga ku bitaboneka, kuko ibiboneka ari ivy’akanya gato, ariko ibitaboneka bizokwamaho ibihe vyose.


Numva vyose binkwega: gupfa nkigira kubana na Kristo, ni vyo birushirije kuba vyiza kuri jewe,


Aba bantu bose bapfuye bacizeye ivyo Imana yasezeranye. Ntibaronse ivyo basezeraniwe, ariko barabibona biri kure bakabinezerererwa; bakemera ko ari abanyamahanga n’ingenzi kw’isi.


Iyo bipfuza igihugu baje bavamwo, bari gushobora kwisubirirayo.


Ariko bariko barondera igihugu kiruta ibindi, igihugu ico mw’ijuru. Ni co gituma Imana idaterwa n’isoni kwitwa Imana yabo, kuko yabateguriye igisagara.


kuko hano kw’isi tutahafise igisagara camaho, ariko turiko turondera igisagara kizoza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ