Abaheburayo 11:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ni co gituma mu muntu umwe, uwasa n’uwapfuye, havuyemwo uruvyaro rwinshi nk’inyenyeri zo kw’ijuru, rudaharurika nk’umusenyi wo ku nkengera z’ikiyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ni co catumye umuntu umwe — kand’ uwo yar’ akāheze — yāmukwako n’isinzi nk’inyenyeri zo kw ijuru, kandi n’abangana n’umusenyi uri kw isēsero ry’ikiyaga utoharūrika. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |