Abaheburayo 11:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ukwizera ni kwo kwatumye Sara ashobora gusama inda, naho yari ingumba kandi abakaba yari ashaje cane. Yizeye ko Imana yasezeranye ari umwizigirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ukwizera ni kwo kwatumye na Sara ashobozwa gusama inda, naho yari yaraciye, kuko yiyumviriye yukw iyasezeranye ar’ iyo kwizerwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |