Abaheburayo 11:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ukwizera ni ukudakekeranya ku vyo wizigiye; ni ukutagira amazinda ku vyo utabonesha amaso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ukwizera n’ukumenya rwose ivyizigirwa, udakekeranya ngo ntibizoba, kand’ ibitabonwa ni kwo kubitumenyesha kw ar’ ivy’ ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |