Abaheburayo 10:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ni ho yavuga ati: “Ehe, nje gukora ivyo ugomba.” Vyumvikana ko yakuyeho isezerano rya mbere, akarisubiriza irya kabiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 aherakw aravuga, at’ Ehe nzanywe no gukora ivy’ ugomba. Akūrah’ ivya mbere ngw ashinge ivya kabiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |