Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 10:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Nanje ndavuga nti: ‘Ndi hano, nje gukora ivyo ugomba, Mana, nk’uko umuzingo w’igitabu umvugako.’”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Mperako ndavuga, nt’ Ehe ndaje, (Mu muzingo w’igitabo ni ko vyanditswe kuri jewe) Nzanywe no gukora ivy’ ugomba, Mana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 10:7
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arababwira ati: “Ivyokurya vyanje ni ugukora ivyo uwantumye agomba, no guheraheza igikorwa ciwe.


Jewe nta co nshobora gukora nigeneye. Nca urubanza nkurikije ivyo Data ambwiye gusa, kandi urubanza rwanje ruragororotse, kuko ntakora ivyo nigombeye, ahubwo nkora ivyo uwantumye agomba.


Kuko sinamanutse mva mw’ijuru nje gukora ivyo nshaka, ariko nazanywe no gukora ivyo uwantumye ashaka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ