Abaheburayo 10:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ni co gituma igihe Kristo yaza mw’isi yavuze ati: “Ibimazi n’amashikanwa si vyo washatse, ariko wanteguriye umubiri; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ni co catumye, hamwe yaza mw isi, avuga, At’ Ibimazi n’amashikanwa ntiwabigomvye, Ariko wanteguriye umubiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |