Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 10:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Kuko, “Hasigaye igihe gito, uwugira aze azoza, kandi ntazoteba.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Kuko hasigaye igihe gito cane, Kand’ ūgira aze, azoza, ntazoteba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 10:37
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

“Mbega woba uri umwe yategerezwa kuza, canke twitege uwundi?”


Ndababwire ukuri, izokwihuta kubatunganiriza. Ariko none, aho Umwana w’Umuntu azogarukira, azosanga ukwizera kw’isi?”


Ubugwaneza bwanyu bumenywe n’abantu bose, kuko Umwami wacu ari hafi.


Kandi ntiduhebe gukoranira hamwe, nk’uko bamwe babigira, ahubwo duterane intege, na canecane ubu mubona ko umusi wo kugaruka kwiwe wegereje.


Ariko ntimwibagire iki kimwe, bakundwa: Ku Mwami umusi umwe ni nk’imyaka igihumbi, n’imyaka igihumbi ni nk’umusi umwe.


Imana ntitebeje gushitsa isezerano ryayo, nk’uko bamwe biyumvira ko iritebeje. Yihanganira mwebwe, kuko idashaka ko hari n’umwe aranduka, ariko ishaka ko bose bashika ku kwihana.


Uwushingira intahe ibi aravuga ati: “Egome, ndaza vuba.” Amen. Kaze Mwami Yesu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ