Abaheburayo 10:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Mwagirira impuhwe abapfunzwe, kandi iyo babanyaze ivyanyu mwavyemerana umunezero, kuko mwari muzi ko mufise ubutunzi burengeye ubwo kandi buzokwamaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Kuko mwababaranye n’ababoshwe, kandi mwemeye munezerewe kunyagwa ivyo mutunze, mumenya yuko mufise itunga riruta ivyo kuba ryiza, rikamaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |