Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 10:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Kuko turazi uwavuze ngo: “Uguhora ni ukwanje; ni jewe nzokwishura umuntu ibikwiranye n’ivyo yakoze.” Yongerako avuga ati: “Uhoraho azocira urubanza abantu biwe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Kuko tuzi uwavuze, at’ Uguhōra n’ukwanje, ni jewe nzobasubiriza mu nkōko. Kand’ at’ Uhoraho azocira urubanza abantu biwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 10:30
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abo nkunda, ntimukihore uwubagiriye nabi, ariko mubirekere uburake bw’Imana, kuko handitswe ngo: “Uguhora ni ukwanje, ni jewe nzokwishura umuntu ibikwiranye n’ivyo yakoze.”


Kuko abategetsi ni abakozi batumwe n’Imana ku neza yawe. Ariko nimba ukora ibibi, birumvikana ko utegerezwa gutinya, kuko bafise ububasha bwo kuguhana. Ni abakozi Imana yatumye guhana inkozi z’ibibi.


Kuko twese tuzohagarara imbere y’intebe y’imanza ya Kristo, kugira ngo umwe wese ahabwe impera y’ivyo yakoze akiri muri uwu mubiri, biba vyiza canke bibi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ