Abaheburayo 10:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Namwe mwibaze ingene igihano kizohabwa abagaye Umwana w’Imana, bagatitura amaraso y’isezerano yabogeje ivyaha, kandi bagatuka Mpwemu w’ubuntu, kizoba gikomeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Mugira ng’umuntu ntazoba akwiye guhanwa ibirushirije cane, asiribanze Umwana w’Imana, akiyumvira amaraso y’isezerano yamwejeje kw ar’ igihumane, agacokora Mpwemu w’ubuntu? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |