Abaheburayo 10:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Kuko nitwabandanya dukora ivyaha ibigirankana kandi tumaze kumenya ukuri, nta kimazi co gukura ivyaha kizoba kigisigaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Kuko namba dukora ivyaha ibigirankana, kandi tumaze guhabga kumenya ivy’ ukuri, ntihaba hagisigaye ikimazi c’ivyaha, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |