Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 10:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Kandi iyo ivyaha bimaze guharirwa, ntihaba hagikenewe ibimazi vyo kubikuraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Ariko, ah’ ivyo bihariwe, ntihaba hakiriho gutanga ikimazi c’ivyaha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 10:18
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Biciye kuri ico kimazi kimwe, yashikanye ku gutungana, rwose kandi ibihe vyose, abejejwe ivyaha vyabo.


Yongerako ati: “Sinzokwibuka ukundi ivyaha n’ibikorwa bibi vyabo.”


Ni co gituma, bene Data, dushobora kwinjira ata bwoba Ahera h’Ahera ho mw’ijuru ku bw’amaraso ya Yesu.


Iyo biba vyarashoboye gutunganya rwose abegera Imana bayisenga, vyari kuba vyarahagaritswe gutangwa kuko batari kuba bacumva ijwi ribagiriza icaha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ