Abaheburayo 10:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 “Iri ni ryo sezerano nzogirana n’abantu banje inyuma y’aho, ni ko Uhoraho avuze. Nzoshira ivyagezwe vyanje mu mitima yabo, ndavyandike mu bwenge bwabo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 at’ Iri ni ryo sezerano nzosezerana na bo Hanyuma y’iyo misi, ni jewe Uhoraho mbivuze; Nzoshira ivyagezwe vyanje mu mitima yabo, No mu bgenge bgabo kandi ni ho nzovyandika: arongera အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |