Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 10:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Aho ni ho arindiririye ko Imana icisha bugufi abansi biwe ikabashira musi y’ibirenge vyiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 ahēraho, arorēra igihe abansi biwe bazohindurirwa indava yo musi y’ibirenge vyiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 10:13
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

‘Uhoraho yabwiye Umwami wanje ati: Icara i buryo bwanje kugeza abansi bawe bose ndabashize musi y’ibirenge vyawe.’


Dawidi ubwiwe, aho yavugishwa na Mpwemu Yera, yavuze ati: ‘Uhoraho yabwiye Umwami wanje ati: Icara i buryo bwanje, kugeza abansi bawe bose, ndabashize musi y’ibirenge vyawe.’


kugeza abansi bawe bose ndabashize musi y’ibirenge vyawe.” ’


kugeza abansi bawe bose ndabashize musi y’ibirenge vyawe.’


Kuko ategerezwa kuganza gushitsa ashize abansi biwe musi y’ibirenge vyiwe.


Ni nde mu bamarayika Imana yigeze ivugako iti: “Icara i buryo bwanje kugeza abansi bawe bose ndabashize musi y’ibirenge vyawe”?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ