Abaheburayo 10:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ariko Umuherezi Mukuru wacu yitanze rimwe rizima, nk’ikimazi kimwe gusa gikuraho ivyaha, hanyuma yicara mu kibanza c’icubahiro i buryo bw’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Arik’ uwo we, amaze gutanga ikimazi kimwe c’ivyaha c’intahava, avyagira i buryo bg’Imana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |