Abaheburayo 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Kandi igihe Imana yazana Umwana wayo w’imfura mw’isi, yavuze iti: “Abamarayika bose b’Imana nibamusenge.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kand’ ah’ izokwongera kuzana imfura yayo mw isi, it’ Abamarayika b’Imana bose bamusenge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |