Abaheburayo 1:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ni nde mu bamarayika Imana yigeze ivugako iti: “Uri Umwana wanje; uwu musi ndakuvyaye”? Canke iti: “Nzomubera Se, na we azombera Umwana”? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ni nde wo mu bamarayika yigeze kubarira, it’ Ur’ Ubura bganje, Uyu musi ndakuvyaye? Kandi iti Nzoba Se, Na we azoba Umwana wanje? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |