Abaheburayo 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ibi vyerekana ko Umwana aruta cane abamarayika, nk’uko izina Imana yamuhaye riruta amazina yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 amaze kuba ūhambaye kurusha abamarayika, nk’ukw izina yarazwe rirengeye ayabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |