Abaheburayo 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ariko muri iyi misi y’iherezo, yavuganye natwe iciye ku Mwana wayo. Uwo ni we Imana yagize samuragwa w’ibintu vyose, kandi ivyaremwe vyose yabiremye iciye muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 mur’ iyi misi y’iherezo yabaririye twebge mu kanwa k’Umwana wayo, uwo yashiriyeho kuba samuragwa wa vyose, ni we yahaye kurema isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |