Abaheburayo 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Uzobizinga nk’uwuzinga impuzu; bizohindurwa nk’uko bahindura impuzu. Ariko wewe uhora uko wamye, kandi imyaka yawe ntigira iherezo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Kand’ uzobizinga nk’umutamana, Bikūranwe n’ibindi nk’ukw impuzu zikūranywa. Ariko weho ur’ uko wamye, Imyaka y’ukubaho kwawe ntizoshira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |