3 Yohana 1:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Naranezerewe cane igihe bamwe muri bene Data baza bakambwira ingene uri umwizigirwa kandi ugendera mu kuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kuko nanezerewe cane hamwe bene Data baza bagashingira intahe ukuri kwawe, yuk’ ugendera mu kuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |