3 Yohana 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Mugenzi nkunda, ndakwipfuriza kugira amagara meza no kuroranirwa mu mubiri, nk’uko impwemu yawe imerewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Mukundwa, ndagusengera ng’umererwe neza muri vyose, uhore uhangaye, nk’uk’ ubugingo bgawe bumerewe neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |