3 Yohana 1:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Mugenzi nkunda, ntukigane ibibi, ariko wigane ivyiza. Umuntu wese akora ivyiza ava ku Mana. Umuntu wese akora ibibi ntarabona Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Mukundwa, ntukīgāne ikibi, ariko wīgāne iciza. Ūkora ivyiza ni we w’Imana; ūkora ibibi ntiyabonye Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |