2 Yohana 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Uru rukundo mvuga rusigura kwitondera amabwirizwa y’Imana, kandi yadutegetse gukundana, nk’uko mwavyumvise kuva mu ntango. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Uru ni rwo rukundo, n’uko tugenda dukurikira ivyagezwe na we. Ico ni co cagezwe, nk’uko mwumvise uhereye mbere na mbere, ko mukigenderamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |