2 Yohana 1:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ubu na ho ga mupfasoni, sindakwandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ndakwandikiye kimwe twakira kuva mu ntango: ko dukwiye gukundana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kandi none ndakwinginga mukamakare, si nk’ūkwandikira icagezwe gisha, ariko n’ico twamanye uhereye mbere na mbere, ngo dukundane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |