13 Abana b’umuvukanyi wawe, umupfasoni yatoranijwe n’Imana, barakuramutsa.
13 Abana ba mwene nyoko yatoranijwe baragutasha.
Nimwaramutsa incuti zanyu gusa, ni igiki muzoba murushije abandi? Mbega abatizera Imana bo ntibabigenza batyo?
Ishengero riri i Babiloni ryatoranijwe n’Imana rirabaramutsa, n’umwana wanje Mariko na we arabaramutsa.