2 Yohana 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Mfise vyinshi nshaka kubabwira, ariko sinshaka kubibandikira. Nizera ko nzobagendera tuvugana amaso mu yandi, kugira ngo umunezero wacu ube uwuzuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Naho nari mfise vyinshi vyo kubandikira, singomvye kuvyandikisha wino ku rupapuro: ariko nizigiye kuzoza i wanyu ngo tuvugane imbonankubone kugira ng’umunezero wanyu ube uwuzuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |