Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Timoteyo 4:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Gerageza uzoze kundaba vuba,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Gira umwete wo kuza aho ndi vuba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Timoteyo 4:9
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nihagira umuntu aja kukwagiriza ku mucamanza, wihutire kwiyuzuza na we mutarashikayo. Ahandi ho, azogushikana imbere y’umucamanza, hanyuma na we agutange ku mukuru w’ibohero, maze na we agute mw’ibohero.


Nama nibuka amarira yawe igihe twatandukana, bikantera kwipfuza gusubira kukubona kugira ngo nuzure umunezero.


Wigore uzoshike hano imbere y’igihe c’imbeho nyinshi cane. Yeburusi, Pudensi, Linusi, Korodiya n’abandi bene Data bose barabaramutsa.


Ninakurungikira Arutemasi canke Tukiko, uze ugerageza unsange i Nikopolisi, kuko nahisemwo kuzomarayo igihe c’imbeho nyinshi cane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ